『TTB Ikirundi Inyigisho ya Bibiliya (Ikirundi)』のカバーアート

TTB Ikirundi Inyigisho ya Bibiliya (Ikirundi)

TTB Ikirundi Inyigisho ya Bibiliya (Ikirundi)

著者: THRU the BIBLE
無料で聴く

【Amazonプライム会員限定】今ならプレミアムプランが4か月 月額99円。

10月19日まで。※適用条件あり
Menya Ijambo ry’Imana ryose biciye mu nyigisho za Bibiliya zo kwizigirwa za THRU the BIBLE mu Kirundi. Ikiganiro cose gitanga inyigisho itomoye kandi ngirakamaro kugira igufashe gutahura Ivyanditswe no kubikoresha mu buzima bwa misi yose. Genda muri Bibiliya icigwa ku kindi uri kumwe n’abumviriza bo kw’isi yose. Menya vyinshi kuri TTB.BIBLE キリスト教 スピリチュアリティ 聖職・福音主義
エピソード
  • Itanguriro, igitabo ngenderwako muri Bibiliya
    2020/01/01
    Igitabo c’Itanguriro kivugwamwo ivy’iremwa, ivya Aburahamu n’ukwizera kwiwe, ivya Yosefu uko yaciye mu mageragezwa akomeye akihangana agaheza n’umunezero.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Imana yamyeho, ni yo yaremye ijuru n’isi
    2020/01/02
    Abanyabwenge bensh ntibahuza ku nkomoko y’ivyo tubona, bisaba kwizera ico ijambo ry’Imana rivuga
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Ico Imana itegetse cose caca kiba uko nyene
    2020/01/03
    Imana yaremye abantu ibaha ibibatunga, ivyo yaremye vyose ibona ko ari vyiza.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
adbl_web_anon_alc_button_suppression_t1
まだレビューはありません