• Itanguriro, igitabo ngenderwako muri Bibiliya
    2020/01/01
    Igitabo c’Itanguriro kivugwamwo ivy’iremwa, ivya Aburahamu n’ukwizera kwiwe, ivya Yosefu uko yaciye mu mageragezwa akomeye akihangana agaheza n’umunezero.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Imana yamyeho, ni yo yaremye ijuru n’isi
    2020/01/02
    Abanyabwenge bensh ntibahuza ku nkomoko y’ivyo tubona, bisaba kwizera ico ijambo ry’Imana rivuga
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Ico Imana itegetse cose caca kiba uko nyene
    2020/01/03
    Imana yaremye abantu ibaha ibibatunga, ivyo yaremye vyose ibona ko ari vyiza.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Imana irema umuntu mw’ishusho yayo
    2020/01/04
    Imana imanze kurema ijuru n’isi n’ibirimwo vyose, ibona ko ari vyiza, ica irema umuntu mw’ishusho yayo. Yamuhaye ubwenge bwo kwiyumvira kugira ngo aganze ibiri mw’isi kandi ashishikare kurondera Imana no kugira umutima utanduye.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Imana, iruhuka ku musi w’isabato
    2020/01/05
    Imana imaze kurema vyose mu misi itandatu iruhuka umusi w;indwi iwita isabato. Imana ibonye ko umugabo akwiye umufasha imuronderera umugore Eva.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Umubano mwiza ni umugambi w’Imana
    2020/01/06
    Inzoka yahenze umuntu akora ivyo Imana yamubujije. Adamu amaze kunanirwa no kwumvira Imana ubucuti bwiwe na yo buca burononekara, aba atandukanye n’Imana.
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Ingaruka y’icaha
    2020/01/07
    Adamu na Eva bahavuye bamenya ko bari gusa bibatera ingorane. Aho kwihutira kwihana baerageje gutwikira icahacabo bakoresheje ibibabi. Imana yongera kumugendera iramubaza iti uri hehe?
    続きを読む 一部表示
    1分未満
  • Yesu atsinda amageragezwa hanyuma agenda yigisha akora ibitangaza
    2020/01/08
    Yesu amaze kunesha amageragezwa, aca aja I Kaperinawumu atangura kwigisha. Na we nyene yavuga ati ni mwihane kuko ubwami bwo mw’ijuru buri hafi. Yaciye atangura guhamagara abigishwa biwe ba mbere, hanyuma agenda yigisha mu bisagara vy’I Galilaya akiza abarwaye.
    続きを読む 一部表示
    1分未満