『SBS Kirundi - SBS mu Kirundi』のカバーアート

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

SBS Kirundi - SBS mu Kirundi

著者: SBS
無料で聴く

【Amazonプライム会員限定】今ならプレミアムプランが4か月 月額99円。

10月19日まで。※適用条件あり
Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.Copyright 2025, Special Broadcasting Services 政治・政府 社会科学
エピソード
  • Ninde vyukuri atwara Australiya, woba ufise ikibanza icahe | Ingene Australiya ikora
    2026/09/22
    Woba uzi uwoshobora kugufasha igihe ukeneye uruhusha rwo gutangura kwikorera utwawe, ufise ikibazo kijanye nokuriha inzu ubamwo canke ukeneye imfashanyo yo gufasha umuryango wawe? Biciye mu ntahe za Fedele, Carol na Abeer, tahura ingene inzego zitatu z’ubutegetsi bwa Australiya zikora. Menya ico ubutegetsi bw’akarere (local government), ubwa reta (state ari nayo territory government), n’ubw’igihugu (federal government) bujejwe gukora, hamwe n’aho wokwitura kugira uronke amakuru, imfashanyo canke serivisi ukeneye.

    How Australia Works ni urukwirikane rwikiganiro ca SBS gikoresha intahe n’insiguro zoroshe kugira igufashe gutahura ingene ubutegetsi bwa Australiya bukora, ingene amategeko ashirwaho canke ahindurwa, hamwe n’ingene nawe ushobora gushikiriza iciyumviro. Niwumvirize uru rukurikirane rwose, kandi uronke n’incamake z’ibiganiro mu ndimi 60 zitandukanye uciye kuri How Australia Works.
    続きを読む 一部表示
    10 分
  • Waramaze kuba uwaha | Ingene Australiya ikora
    2026/09/22
    Inzego za reta za Australiya, amategeko n’ibikorwa vya reta vyoba bigira gute ingaruka mubuzima bwawe bwa minsi yose? Biciye mu ntahe, iki gice gitangura curukurikirane rwibiganiro vyabaye kirakwereka aho wokura amakuru n’imfashanyo igihe ubikeneye, hamwe n’ingene wobaza ivyerekeye ingingo yafashwe.

    How Australia Works ni urukwirikane rwikiganiro ca SBS gikoresha intahe n’insiguro zoroshe kugira igufashe gutahura ingene ubutegetsi bwa Australiya bukora, ingene amategeko ashirwaho canke ahindurwa, hamwe n’ingene nawe ushobora gushikiriza iciyumviro. Niwumvirize uru rukurikirane rwose, kandi uronke n’incamake z’ibiganiro mu ndimi 60 zitandukanye uciye kuri How Australia Works.


    続きを読む 一部表示
    5 分
  • Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso
    2026/06/12
    Patrick Rufangura ariko ararangiza ivyirwa vyiwe vya PhD kuri kaminuza imwe muri Sydney, yakoze ubushakashatsi bushobora guhindura amateka y'isi mw'isuzumwa ry'indwara harinze gufatwa amaraso. Ng'uku uko yabisiguye.
    続きを読む 一部表示
    12 分
adbl_web_anon_alc_button_suppression_t1
まだレビューはありません