『What does Kumanjayi mean? Understanding Sorry Business - Ijambo Kumanjayi risigura iki? Gutahura icarico Sorry Business』のカバーアート

What does Kumanjayi mean? Understanding Sorry Business - Ijambo Kumanjayi risigura iki? Gutahura icarico Sorry Business

What does Kumanjayi mean? Understanding Sorry Business - Ijambo Kumanjayi risigura iki? Gutahura icarico Sorry Business

無料で聴く

ポッドキャストの詳細を見る
概要
When someone dies, families and communities may have cultural practices and responsibilities around mourning. For many Aboriginal and Torres Strait Islander people, this is known as Sorry Business. There is no single way to observe Sorry Business. Practices differ between communities, families and language groups. Learn about what Sorry Business can involve, what the term “Kumanjayi” means in some Central Australian communities, and how you can show care when someone is grieving. - Iyo umuntu avuye kwisi yabazima, imiryango, incuti n’ababanyi bashobora kugira imigenzo n’ibikorwa bijanye n’ikiriyo no kumushingurana iteka. Ivyo bizwi kw’izina rya Sorry Business ku bantu benshi b’Abasangwabutaka nabo mw’Izinga rya Torres Strait ba Australiya. Nta buryo bumwe gusa buhari bwo kwubahiriza Sorry Business. Imigenzo iratandukanye bivanye n’imiryango, ikibano n’indimi zikoreshwa. Muratahura uruhara rwa Sorry Business, insiguro y’ijambo Kumanjayi mu mibano imwe ya hagati muri Australiya, hamwe n’ingene woshigikira uwuri mu mubabaro.

#sbsaudiopodcast - #sbsaudiopodcast
adbl_web_anon_alc_button_suppression_t1
まだレビューはありません