『Ep 11 - Gusohora umuvyeyi』のカバーアート

Ep 11 - Gusohora umuvyeyi

Ep 11 - Gusohora umuvyeyi

無料で聴く

ポッドキャストの詳細を見る

今ならプレミアムプランが3カ月 月額99円

2026年5月12日まで。4か月目以降は月額1,500円で自動更新します。

概要

Gusohora umuvyeyi ni umwe mu migirwa yo mu Burundi bwaho hambere. Vyongeye, no mu gihe ca none, uwo mugirwa uracariho.

None woba ugikorwa nkuko vyahora muri kahise ? Warumaze iki ? Wasigura iki ? Wagenda gute ?

Ivyo ni bimwe muvyo duca irya n'ino muri iki kiyago kigira icumi na rimwe.


Mufise ico mutwunganira, turabahamagarira kuturungikira ubutumwa kuri : egere.tuyage@gmail.com.


Murakoze.

まだレビューはありません