『IMYAKA 9 IRARUMANYE UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ANYURUJWE』のカバーアート

IMYAKA 9 IRARUMANYE UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ANYURUJWE

IMYAKA 9 IRARUMANYE UMUMENYESHAMAKURU JEAN BIGIRIMANA ANYURUJWE

無料で聴く

ポッドキャストの詳細を見る

このコンテンツについて

Godeberthe Hakizimana, umukenyezi w’umumenyeshamakuru Jean Bigirimana w’Umurundi yanyurujwe mu mwaka wa 2016, n’ubu aracasaba ubutungane n’ukuri kuvyashikiye umugabo wiwe. Amjambo Africa yamusanze mu muji wa Kigali ku murwa mukuru w’u Rwanda aho yahungiye. Yayibwiye ko n’ubu atazohumeka gusaba ubutungane bw-Uburundi gukora amatohoza yigenga kugira ukuri kumenyekane kuvyashikiye umunega wiwe. Abantu n’imiryango babuze ababo, abahohotewe, abo ababo banyurujwe, canke baburiwe irengero-umupfasoni Hakizimana abasaba kudacika intege akabahamagarira kwiyubaka.
まだレビューはありません